Comment title

1  

1
Gab 2017-09-20 12:48:57

Ego ko narinzi yuko murwanda yacitse.

2
mr 2017-09-20 12:48:56

ibigo nderabuzima bidafite CDC YAHAGARITSE IZO NKUNDA ABARWAYI BA SIDA BATEGANYIRIZWA IKI MURIBYO BIGO NDERABUZIMA,

3
steven emy 2017-09-20 12:48:56

Nibazane ayo mafaranga nibura abaganga babuze akazi bakabone muri iyiminsi kugeza 2020

4
Aha 2017-09-20 12:48:56

None se bimaze iki gutera inkunga mukurwanya SIDA ariko bakayikuba 100 bamamaza ubusambanyi

1