Comment title

1  

1
amedee 2017-10-05 10:17:25

Je mbona mwobafasha mukabatera inkunga kuko namwe ubuhungiro murabuzi uwo nawe avuga ko ari abanebwe ntamurundi anebwa ahubwo babura akazi non ntuzi ko kizira kuja hanze yinkabi ataruhusha usavye.kandi nivyo kuk abatwere b,urwanda babikora neza cane kuko abarundi basohoka kubwinshi aho naho hoca haduka intambara kuko hoca hivangamwo imbonerakure kandi mwosigara muricuza ahubwo je mbona mwobandanya mubayera inkunga kugira bashobore kuba kuko nabo hazogera igihe cabo babeho neza nukuri ntamuntu yokwifuza guhunga atabonye ko umutekano waho atuye utameze neza mwe mwibaza go barya bicaye ariko sikwo biri nawe nimba warahunze urabizi nimba utahunze ntugahunge kuk kwitwa impunzi birababaje cane ahubwo nokubwira kwitaho igihugu cawe gufa kugita mugume mumahoro

2
amedee 2017-10-04 14:59:35

3
Diane 2017-10-04 10:37:19

yasine nawe uwakwifuriza guhunga ntacyo yaba akurushije ariko bikubayeho nibwo wasobanukirwa ibyo urimo kuvuga

4
ayisha 2017-10-04 10:28:31

batashye se mandat ya 3 ibatwaye iki ko natwe abanyarwanda twayemeye

5
yasine 2017-10-03 20:50:49

Gusa ikibazo cyabarundi ni uko ari abanebwe ntanubwo wabereka aho bahinga ngo bemere kuko hariho nabahunga kdi iwabo ntacyo babaye arko kumvako bazajya bagaburirwa badakora ,....

1