Ingingo Leta y’u Burundi yafashe y’ugukura amakori ku bifungugwa biva hanze y’u Burundi ntishimisha abadandaza babizana mu Burundi. Abo badandaza bavuga ko ‘kugira ibiciro ku bifungugwa bigabanuke’ Leta y’u Burundi ngo ikwiye guheba ibice 75 kw’ijana ( Taxe de douane) birihwa ku bidandazwa vyinjira n’ibisohoka mu Burundi haguheba ibice 18 kw’ ijana vy’ikori nyongerera agaciro TVA.
Ku musi mpuzamakungu wahariwe abakozi Umukuru w’Igihugu c’u Burundi Petero Nkurunziza; mw’ijambo yashikirije’ (…)
Home > Keywords > tags > Burundi
IGIHE
Burundi: Ikugwaho ry’ikori nyongerera gaciro ntirizobuza iduga ry’ibiciro